"Umuhinga Akomeye"
— air a sheinn le Redemption Voice
Tha “Umuhinga Akomeye” na òran a chaidh a chluich air burundian a chaidh fhoillseachadh air 22 a-'chèitean 2025 air an t-sianal oifigeil leubail a’ chlàir - “Redemption Voice”. Faigh a-mach fiosrachadh sònraichte mu “Umuhinga Akomeye”. Lorg lyric òran Umuhinga Akomeye, eadar-theangachaidhean, agus fìrinnean òrain. Tha teachd-a-steach agus luach lom air an cruinneachadh le taic-airgid agus tobraichean eile a rèir pìos fiosrachaidh a gheibhear air an eadar-lìn. Cia mheud uair a nochd an t-òran "Umuhinga Akomeye" ann an clàran ciùil cruinnichte? Tha “Umuhinga Akomeye” na bhidio ciùil ainmeil a ghabh greisean gnìomhachais ann an prìomh chlàran mòr-chòrdte, leithid na 100 òran as fheàrr Burindi, na 40 òran as fheàrr burundian agus barrachd.
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Umuhinga Akomeye" Fìrinnean
Tha "Umuhinga Akomeye" air 50K sealladh iomlan a ruighinn agus 2.3K toil air YouTube.
Tha an t-òran air a chuir a-steach air 22/05/2025 agus air 4 seachdainean a chuir seachad air na clàran.
'S e "UMUHINGA AKOMEYE _ REDEMPTION VOICE" an t-ainm tùsail a bha air a' bhidio ciùil.
Chaidh "Umuhinga Akomeye" fhoillseachadh air Youtube aig 22/05/2025 17:03:22.
"Umuhinga Akomeye" Lyric, Sgrìobhadairean-ciùil, Label Clàraidh
Verse 1/
Mvuze yuko agira nez
Nukuri kwose sinoba mbeshe
Sivyo nabariwe oya
Narabibonye n'amaso yanje
Muvyapfuy’ibona ubuzima
Mubugararwa ihaca inzira
No Munda y’ingumba
Ubonamwo ihanga rikomeye
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Verse2/
Mumuriro uteye ubwoba ,
ba Shaduraka baramubonye
Na farawo yamenye ko,
Uhoraho ariwe Mana
Muvyapfuy’ibona ubuzima
Mubugararwa ihaca inzira
No Munda y’ingumba
Ubonamwo ihanga rikomeye
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Bridge/
Ntakind'ubuntu bwawe nibwo buhinga
Bwakuy'umuntu nkanje kure mu gahinga
Sinobigir'ibanga Yesu Ur'umuhinga
Amavi yose azofukama naho bopinga
Nar'impumyi
None ubu ndabona
Singifis'ikintandukanya nanje
Umusaraba wiwe
wampaye kwinjira ahera
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Song :" UMUHINGA AKOMEYE"
Song writers : Hervé Mbungabunga ,Eric Mugisha & Yves Ishimwe ,Yvan Nininahazwe
Audio : KOLLY THE MAGIC
Video: ISH Director
Assistant Dir: Rika, Erlanda ,Cece
Camera: Bonaparte , Staffy,Juste
Decor:Gogo
Stylist: Igodalla