"Ryoha"
— air a sheinn le Monia Fleur
Tha “Ryoha” na òran a chaidh a chluich air burundian a chaidh fhoillseachadh air 29 an-dàmhair 2024 air an t-sianal oifigeil leubail a’ chlàir - “Monia Fleur”. Faigh a-mach fiosrachadh sònraichte mu “Ryoha”. Lorg lyric òran Ryoha, eadar-theangachaidhean, agus fìrinnean òrain. Tha teachd-a-steach agus luach lom air an cruinneachadh le taic-airgid agus tobraichean eile a rèir pìos fiosrachaidh a gheibhear air an eadar-lìn. Cia mheud uair a nochd an t-òran "Ryoha" ann an clàran ciùil cruinnichte? Tha “Ryoha” na bhidio ciùil ainmeil a ghabh greisean gnìomhachais ann an prìomh chlàran mòr-chòrdte, leithid na 100 òran as fheàrr Burindi, na 40 òran as fheàrr burundian agus barrachd.
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Ryoha" Fìrinnean
Tha "Ryoha" air 751.5K sealladh iomlan a ruighinn agus 21.5K toil air YouTube.
Tha an t-òran air a chuir a-steach air 29/10/2024 agus air 28 seachdainean a chuir seachad air na clàran.
'S e "MONIA FLEUR - RYOHA (OFFICIAL MUSIC VIDEO)" an t-ainm tùsail a bha air a' bhidio ciùil.
Chaidh "Ryoha" fhoillseachadh air Youtube aig 29/10/2024 10:00:07.
"Ryoha" Lyric, Sgrìobhadairean-ciùil, Label Clàraidh
“Ryoha” means Be Happy! 🌟 For the ones who know their worth 😍no more tears, no more bowing down for
;❌ Ladies, it’s time to hustle, chase the bag, and enjoy your own
;💰✨ No one can hold us back! . Watch it now and catch the vibe! 🔥
Catch Up With Monia Fleur On :
Instagram:
Facebook:
Twitter X:
Tik Tok:
Producer: Bedi Best (King Of Beatz)
Director: Brian Smith
Song Writer: Pechie B (100%)
Editor: Brian Smith
Colorist: Brian Smith
Stylist: Irakoze Salma (Buyenzi 4em Av Num 39)
#Ryoha Lyrics:
It’s Monia Fleur
(Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa *2)
Vers 1:
Oyah Mbwira!! Woba ukirizwa n’urukundo Weee Eeeh Eeeh😳 Oyaah Mbwira Yooh woba ugipfukamira umu cheri wawe? 😫 Oyah mbwira uracavuga ko utobaho utamufise? Oyaaah mbwira yooooh ukabura itiro ngo ntiyagusezeye🙊 ukama wi Excusa iyo watevye gutaha urikumwe n’abajama (jama *2) Uzi ingene bi Stressa yama aguterefona 📞 ngo mbega urikimwe nande? Eeeh….
Bridge:
Rekana nurukundo rondera akanoti (Eeeh Akanoti) ivyurukundo twabihebeye abahinde….. Ooooh na Bedi Best!!!
Chorus:
Ryoha Ryoha, rondera inoti💸 Ryoha Ryoha, sohoka nabajama Ryoha Ryoha, Ubuzima nibuto Ryoha Ryoha, Mama
;Ryoha Ryoha, zana urukanywa Ryoha Ryoha, Aburukundo rwanse Ryoha Ryoha, fata agacupa 🍾kawe Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe Maaaa.
(Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa *2)
Vers 2:
Eeeeh mwana wa Mama Urukundo rwananiye Samsoni (utaweza?) Mwana wa Mama Urukundo rwananiye Sharukani (Shiiiiiiii iiii) na Adam vyamutayeko uwamazi yiteranya n’Imana juu ya Mapenzi 💔ahubona jewe nzokwubaka 💍 Nshaje canke ndabihebe nka bikira Ange🤷♀️
Bridge:
Rekana nurukundo rondera akanoti (Eeeh Akanoti) ivyurukundo twabihebeye abahinde….. Ooooh na Bedi Best!!!
Chorus:
Ryoha Ryoha, rondera inoti💸 Ryoha Ryoha, sohoka nabajama Ryoha Ryoha, Ubuzima nibuto Ryoha Ryoha, Mama
;Ryoha Ryoha, zana urukanywa Ryoha Ryoha, Aburukundo rwanse Ryoha Ryoha, fata agacupa 🍾kawe Ryoha Ryoha, fata agacupa kawe Maaaa.
(Ahummhaaaa Yelelelee Ahummhaaa *2)
(Instrumental) 🎶🎹🪗
;💙
Special Thanks to:
;Night Club
;Logic Jamal